"Twibire, ariko twiburukane inyishu" Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo SG

Описание к видео "Twibire, ariko twiburukane inyishu" Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo SG

Umugambwe CNDD-FDD ugiye gushira ahabona ibiranga urugo rwifashe, kugira abagumyabanga n’abarundi muri rusangi bamenye ko ingo zabo zifashe canke zitifashe.
Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka NDIKURIYO Reveriyano yarashikirije bimwe muri ivyo : isuku mu rugo, indero y'abana mu kibano, kwambara neza, kwigisha abana gukora no kubategurira kazoza.
Hari mu masengesho yabereye mu ngoro nkuru y'Umugambwe CNDD-FDD muri zone Ngagara mu gisagara ca Bujumbura, ku musi wa kane igenekerezo rya 28 Ntwarante 2024.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке